Ikaze kuri BBC Gahuzamiryango, sangira ibitekerezo, kurikirana amakuru atabogamye.

London, UK
Urundi bwakiriye abimukira birukanywe na leta ya US Amasoko atandukanye yerekana ko abantu 12 bashikanywe mu Burundi n’indege ivuye muri Reta Zunze Ubumwe za Amerika mu kwezi kwa Munani guheze. umva inkuru irambuye
513
#Rwanda: Mu rukiko abunganira Victoire Ingabire basabye umucamanza kububaha bbc.in/4dnCmJp
1
632
Kenya: Abantu 10 bafite aho bahuriye n’umuntu wa mbere wanduye Ebola bashyizwe mu kato mu gihe impungenge ku gupima ziyongereye bbc.in/4zFG6yL #Kenya
698
Uburundi ubu buri mu bihugu bimaze kwakira abimukira birukanywe na Reta Zunze Ubumwe za Amerika. Bashitse ryari? iyi n'izindi muze kuzumva saa18h30 z'umugoroba mu #Rwanda no mu #Burundi. 🎥🎞️ Juventine M
742
'Ibyabereye hano ntibyari ibya kimuntu': Israel yibutse imyaka itatu ishize habaye ibitero bya Hamas byo ku itariki ya 7 y'ukwa 10 bbc.in/4hNwFFS
905
Ubufaransa bwahagaritse ikoreshwa rya 'grenades' zo gukanga nyuma yuko ikiganza cy'umuhungu gicikiye mu myigaragambyo y'abanyeshuri bbc.in/4dqgQni
1,001
Uburundi mu bihugu bimaze kwakira abirukanywe na Reta Zunze Ubumwe za Amerika bbc.in/4dVj4ew #Burundi #US
1
1
1,425
Ruto yategetse ko hasuzumwa uko ibijanye na Ebola vyifashe muri Kenya... bbc.in/4jGtaDJ
1,372
Imyaka itatu irarumanye kuva Hamas igavye ibitero muri Israel... bbc.in/4zgLwzL
1,494
Lionel Messi yarangije urugendo rwe muri Argentina afite ibitego 126 mu mikino 208 yakinnye... bbc.in/4i54ZO6
1,150
Sudani y’Epfo: Uwurongoye akarere ka Juba arahakana ko yategetse abanyamahanga kuva mu gihugu... bbc.in/4hvqwPU
1,278
Amerika: Christa Pike yikanguye kandi aravuga inyuma yo kurokoka igihano c'urupfu... bbc.in/4AZQJhh
1,501
Australia: Uwahoze ari musenyeri yapfunzwe azira ivyaha vy’ubusambanyi yakoreye abasore babiri... bbc.in/4hyUBOC
1,138
DR Congo: Ebola yatumye abana barenga 1.900 baba impfuvyi, abandi batandukana n’imiryango yabo bbc.in/4ekX3Gb
1,411
Video: Inzoga zitarimo 'alcohol' ni byo koko ziryoha nk'izisanzwe, nonese ubundi inzoga zikorwa gute? Sobankirwa byimbitse muri iyi nkuru.
1
1
4
2,867
Mu #Rwanda, abashingwamanza bunganira umunyaporitike #VictoireIngabire basavye sentare nkuru gutesha agaciro ibirego vyashikirijwe n’ubushikirizamanza
1
7
2,857
Rwanda: Abunganira Victoire Ingabire basabye urukiko rukuru gutesha agaciro ibyo aregwa bbc.in/4xYuEg5 #Rwanda
1
2,358
Nigeria iri mu cyunamo cy'abantu 25 bapfiriye mu mpanuka y'indege ya gisirikare yaguye mu gishanga bbc.in/4yg1VUs
1
1
2,322
Video: Ese ni byo koko igitunguru gishobora gusohora uburozi mu mubiri wawe, cyangwa kikagukiza indwara y'ibicurane? Reba iyi nkuru usobanukirwe n'ibyo abahanga mu buzima babivugaho.
3
2,877
Ghana: Abagore barindwi batawe muri yombi bacyekwaho gukoresha inoti mu gukora 'indabo zo mu mafaranga' bbc.in/4y0AsWr Ifoto/TV3
1,496