Nagumye numviriza neza indirimbo "Sokwe" ya B Face na "Niruze" ya Big Fizo, natahuye ko ari imiziki ifise umudiho wo kwidagadura mu rwaruka, nca nibaza ko zasohotse kugira baterame, bateramishe n' abakunzi. N'ubu ndacumviriza kugira ntahure icatumye
#CNC isohora itangazo ribuza ko zivuzwa ku maradiyo.